mardi 9 janvier 2018
lundi 13 novembre 2017
GUHIMBAZA UMUNSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE GUKARABA NAMAZI NISABUNI
UMUNSI
MPUZAMAKUNGU WAHARIWE GUKARABA NAMAZI NISABUNI
Umunsi
ugira umunani uhimbajwe hisunzwe icivugo « IMINWE
YACU NIYO KAZOZA KACU »
Ø Uno munsi duhimbaza buri mwaka kwisango rya 15gitugutu ufise
intumbero yo kudukangurira kugira inyifato n’umugenzo wo kugira isuku
kubanyagihugu bose na cane cane Ku bana kugira twikungire indwara zandukira
biciye mw’isuku rike .
Ø Ishirahamwe
Action Santé Communautaire ASCO mumpfunyapfunyo ryiyemeje guteza imbere amagara
meza rusangi ribicishije muguhimiriza no kwigisha ibijanye n’isuku hamwe no
gukingira ibidukikije ariyo nkingi y’iterambere rirama
Ø Ishirahamwe
ASCO ririfatanya n’amakungu muguhimbaza uwo munsi MPUZAMAKUNGU WAHARIWE
GUKARABA NAMAZI NISABUNI Mu ntumbero yoguhimiriza abantu bose akamaro
kogukaraba iminwe namazi meza n’isabuni. Umugenzo ukomeye mubijanaye
n’iterambere rirama mu mibano cane cane ku bibondo bo Burundi bwejo nakazoza
k’igihugu cacu.
Ø Ugukaraba
iminwe namazi nisabuni mubihe bikwiriye birarokora ubuzima
Ø Turashobora
guhagarika indwara kubera kugirira isuku iminwe
Ø Ibice mirongo ibiri kwijana vyindwara zuguhema nabi turashobora
kuzikingira mugihe dukaravye neza iminwe.
Ø Ugukararaba iminwe n’amazi nisabuni birakingira indwara cane cane
abana , abanyeshure barikwishure bakaja gukina mukibuga bakaja mu kazu ka
surwumwe bakongera bakaja kugura utwo bafungura haba kuma butike yishure canke
ayegereye hafi yaho bigira batigeze bibuka gukaraba imwe yabo n’amazi nisabuni
neza.
Ø « Mubihugu
bikenye niho umugenzo wogukaraba iminwe n’amazi nisabuni birikurugero rwohasi
cane ugereranije nahandi mubihugu bitunze naho uwo mugenzo ari ngirakamaro
kumagara yibibondo. » nkuko bishikirizwa nishirahamwe mpuzamakungu ryitaho
abana UNICEF.
Ø « Iterambere mubijanye nisuku bibwirizwa kwunganira
ibijanye n’ukuronka amazi meza n’isuku kuko ivyo bibuza abana babandanya
kugeramirwa n’indwara zoroshe kwikingira
nk’indwara zogucibwamwo » ivyo biremezwa nishirahamwe
mpuzamakungu UNICEF.
Ø « Dufise
amazi meza tukagira utuzu twa surwumwe hamwe n’ukugira isuku na cane cane
gukaraba n’amazi meza n’isabuni niyo
nkingi ya gatatu ishigikira ihangiro ry’amazi meza n’isuku »
« Bakivuka, iminwe
icafuye y’abakirizi irashobora kwandukiza abana imigera y’indwara zikomeye, mu buto
bwabo, haba kw’ishure canke mu mihana imuhira umugenzo wo gukaraba iminwe
n’amazi n’isabuni ni nkenerwa ku magara y’ibibondo.
Ni
imwe mu ntererano zitazimvye zoroshe kandi ngirakamaro mubijanye n’amagara meza
Ø Kubiharuro vy’ifatiro vy’ishirahamwe mpuzamakungu ONU abana barenga
800 ku 1400 bahitanwa n’indwara yo gucibwamwo biva kubukene bw’amazi meza, utuzu
twa surwumwe n’isuku rike.
Ø Mu
minsi yambere y’ubuzima abana bafise imyaka
mike nibo bakarirwa gusumba abandi n’indwara zandukira bivuye ku minwe idakaravye neza.
Ø Vyongeye gukaraba iminwe n’amazi
meza n’isabuni ni imwe mungingo zituma indwara zandukira zigabanuka
Ø Mugukaraba iminwe n’amazi meza n’isabuni kugira tugabanye bimwe
biboneka indwara zica nko gucibwamwo, indwara zoguhema nabi (inkorora, umusonga, igituntu…).
Ø Uguhimiriza
abantu benshi kubijanye n’ingaruka mbi ziturutse kw’isukurike rivuye no
kukudakaraba neza iminwe dukoresheje amazi
n’isabuni.
Ø Kubera ugukaraba neza kandi iminsi yose n’amazi n’isabuni birashobora
kugabanura incuro zibiri ibitigiri vy’abana bicwa n’indwara zo gucibwamwo.
Ø Amazi ubwayo arafasha cane mu gukinga ndetse no mukuvura indwara
nyinshi : turakoresha amazi mugukinga no kuvura indwara zo gucibwamwo
murazi ko ariyo bakoresha mugukora amazi arimwo ivyunyunyu bavuza uwurwaye
indwara zo gucibwamwo.
Ø Ugukaraba iminwe n’amazi n’isabuni igihe tuvuye mukazu
kasurwumwe n’imbere yo gufungura canke gutegura
ibifungurwa birafasha mugukinga indwarazo gucibwamwo.
Ø Musanzwe muziko iyo umuntu abuze amazi mu mubiri umubiri utakaje
amazi acashobora kwitaba imana.
Ø Mubitaro no kwamuganga barakenera amazi meza yo kunywa, kugira isuku kwiyoga gukaraba gukoropa no kumirisha imiti.
Iyo amazi akenye rero imigera y’indwara iriyongera ikandukira ihereye kumuntu
umwe ashobora kwabdukiza uwundi canke benshi
Ø Twovuga mu majambo make ko amazi meza bisigura itanduzaniro hagati y’ubuzima n’urupfu.
Ø TUMENYE KANDI KO UMUNTU ASHOBORA KUBAHO IMINSI MYINSHI ATAMFUNGURWA
AFISE MUGA ADASHOBORA KUMARA IMINISI ATA MAZI AFISE.
NONE Umuntu wese akenera amazi angana
gute buri munsi ?
ü Akenera hagati y’ilitiro rimwe n’atatu
yamazi yo kunywa, agakenera hagati y’amalitiro 2 natatu y’amazi yo gutegura no
kuronga imfungurwa, akenera amazi ari hagati y’amalitiro 6 na 7 yokugira isuku
ryumubiri wiwe akongera agakenera hagati y’amalitiro 4 na 6 y’amazi yo kumesura
ivyambarwa. Yose hamwe dusanga umuntu wese akeneye amazi ari hagati y’amalitiro
15 na 20 ku munsi .
ü Barundi ; Barundikazi, Barezi namwe
Rwaruka, bibondo arimwebwe burundibwejo, turumvise ko icivugo cu no mwaka
kitwibutsa ngo “IMINWE
YACU NIYO KAZOZA KACU”
ü TWESE HAMWE TUGIRE UMUGENZO WOGUKARABA
IMINWE N’AMAZI MEZA N’ISABUNI GUTYO TUBE TUZITIYE INDWARA ZITERWA N’ISUKU RIKE
ü BIBONDO TUGIRE AKAMENYERO KO GUKARABA IMINWE
YACU N’AMAZI MEZA N’ISABUNI
ü TWIKINGIRE INDWARA ZO GUCIBWAMWO NI ’
IZO GUHEMA NABI
ü BAVYEYI DUKARABE IMINSI YOSE IMBERE YO
GUTEGURA IBIFUNGURWA
ü DUKARABE IMBERE N’INYUMA YO GUFUNGURA
ü DUKARABE TUVUYE MUKUKAZU KA SURWUMWE
ü DUKARABE DUHEJE GUTEGURA UMWANA
ü DUKARABE IMBERE YO NKWONSA UMWANA
ü BARUNDI BARUNDIKAZI NI TUZITIRE TUTARONERWA
ü NAKARE NGO AMAGARA NI AMAZI ASESEKA NTIBAYORE VYONGEYE NI ITUNGA
RIDASUMBUSHWA
ü NIDUSANGWE AMAHORO NAMAGARA MEZA KURI
TWESE !!!!
ü MURAKOZE CAANE!!!!!!!!
Isidore Horugavye
vendredi 21 juillet 2017
50 PENSÉES SUR LES AFFAIRES ET LE SUCCÈS
50 PENSÉES SUR LES AFFAIRES ET LE SUCCÈS
- L’ambition est le chemin du succès. La persévérance est le véhicule dans lequel vous y arriverez. – Bill Bradley
- La gloire se donne seulement à ceux qui l’ont toujours rêvée. – Charles de Gaulle
- La seule façon d’être suivi, c’est de courir plus vite que les autres! – Francis Picabia
- Rien de grand ne s’est accompli dans le monde sans passion. – Georg Wilhelm Friedrich Hegel
- De petites occasions sont souvent à l’origine de grandes entreprises. – Démosthène
- C'est brique après brique qu'une maison se construit. C'est un
point à la fois qu'un match de tennis se gagne. C'est un client à la
fois que se construisent les plus grandes affaires commerciales. – Frank
Wenger
- Tout le monde savait que c'était impossible à faire. Puis un
jour quelqu'un est arrivé qui ne le savait pas, et il l'a fait. –
Winston Churchill
- La seule limite dans l’accomplissement de nos réalisations de demain est nos doutes d’aujourd’hui. – Franklin D. Roosevelt
- La clé la plus importante pour atteindre un grand succès,
c’est de décider de ses buts, se lancer, commencer, prendre des actions,
bouger. – Brian Tracy
- La vision sans l’action est tout simplement un rêve. L’action
sans la vision ne fait que passer le temps. Une vision jumelée à
l’action peut changer le monde. – Joel A. Barker
- Le chemin ne finit pas. Plus on avance, plus la route s'ouvre à nos yeux. – Henri Miller
- Le succès n’a pas à être poursuivi : il a à être attiré par la personne que vous devenez. – Jim Rohn
- Pour la plupart d'entre nous, le plus grand danger n'est pas
d'avoir un but trop élevé et de ne pas l'atteindre, mais au contraire
d'en avoir un trop peu ambitieux et de l'atteindre. – Michel-Ange
- La perfection, ce n’est pas de faire quelque chose de grand et
de beau, mais de faire ce que vous êtes en train de faire avec grandeur
et beauté. – Swami Prajnanpad
- À 211° l’eau est chaude. À 212° elle boue et avec l’eau
bouillante vient la vapeur. On sait que la vapeur peut faire avancer une
locomotive. Un seul degré peut faire toute la différence et le degré
d’effort additionnel en affaires et dans la vie, sépare les bons des
meilleurs. – Auteur inconnu
- A l'égard de la propriété, de l'amour, de la fortune et du
succès, j'applique «la règle des Dudu»: rien n'est dû, rien n'est
durable. – Philippe Bouvard
- M. Dali, quel est votre secret pour avoir du succès? Offrir du
bon miel à la bonne mouche au bon moment et au bon endroit. – Salvador
Dali
- La formule du succès est simple: Faites de votre mieux et peut-être que les gens aimeront cela. – Sam Ewing
- Le succès ne s'imite pas, il se crée. – Luis Fernandez
- La recette du succès: suivre sa propre voie. – Moses Isegawa
- Le succès ne consiste pas à ne jamais faire d’erreur, mais à ne jamais répéter la même. – George Bernard Shaw
- Les succès ne frappent jamais au hasard : ceux qui
réussissent, ceux qui gagnent sont d'abord des personnes qui ont cru en
elles. – Dominique Glocheux
- Soit A un succès dans la vie. Alors A = x y z, où x = travailler, y = s'amuser, z = se taire. – Albert Einstein
- Je ne connais pas la clef du succès, mais celle de l’échec est d’essayer de plaire à tout le monde. – Bill Cosby
- Les plus grandes histoires de succès sont celles de personnes
qui, ayant reconnu un problème, l'ont transformé en une opportunité. –
Joseph Sugarman
- Impose ta chance, serre ton bonheur et va vers ton risque. A te regarder, ils s'habitueront. – René Char
- L'idéal est pour nous ce qu'est une étoile pour le marin. Il ne peut être atteint mais il demeure un guide. – Albert Schweitzer
- La réussite, c’est un peu de savoir, un peu de savoir-faire et beaucoup de faire-savoir. – Jean Nohain
- La chance existe. Sans cela, comment expliquerait-on le succès des autres? – Marcel Achard
- Les aptitudes sont ce que vous pouvez faire. La motivation
détermine ce que vous faites. Votre attitude détermine votre degré de
réussite. – Lou Holtz
- On dit que le secret du succès est d’être là où il faut, quand
il faut. Mais comme on ne saura jamais quand ça sera, il faut trouver
l’endroit idéal et y rester planté. – Bill Watterson
- Pour réussir, il ne suffit pas de prévoir. Il faut aussi savoir improviser. – Isaac Azimov
- Agissez comme s'il était impossible d'échouer – Winston Churchill
- Il y a bien des manières de ne pas réussir, mais la plus sûre est de ne jamais prendre de risques. – Benjamin Franklin
- La réussite, c'est obtenir ce que l'on veut. Le bonheur, c'est apprécier ce que l'on obtient. – Jackson Brown
- Rêve de grandes choses: cela te permettra d'en faire au moins de toutes petites. – Jules Renard
- Avoir fait plus pour le monde que le monde fait pour vous : c'est ça, le succès. – Henry Ford
- N'essayez pas de devenir un homme qui a du succès. Essayez de devenir un homme qui a de la valeur. – Albert Einstein
- Une des clefs du succès est la confiance en soi. Une des clefs de la confiance en soi est la préparation. – Arthur Ashe
- L’intuition est à la connaissance ce que la canne blanche est à l’aveugle. – Jérôme Touzalin
- Le succès n’a rien à voir avec ce que vous gagnez ou
accomplissez pour vous. C'est ce que vous faites pour les autres. –
Danny Thomas
- Aucun de nous, en agissant seul, ne peut atteindre le succès. – Nelson Mandela
- Celui qui commence une affaire sans jugement ne doit pas être surpris si elle finit sans succès. – Chevalier de Méré
- Le succès ne se mesure pas à où vous êtes arrivé mais au nombre de personnes que vous avez emmenées avec vous. – Wil Rose
- Le succès ne monte à la tête que de celui qui possède le vide nécessaire pour y faire place. – Jean-Louis Nottrelet
- Le rire, comme les essuie-glaces, permet d'avancer même s'il n'arrête pas la pluie. – Gérard Jugnot
- La réussite ne se trouve pas dans la meilleure des places, le
plus haute ou la plus payante, mais dans le maximum qu’on peut tirer de
soi-même. – Renaud Tremblay
- Il est impardonnable d’avoir fait ce qu’on n’aime pas, surtout si on réussit. – Christian Dior
- Gardez toujours à l'esprit que votre propre décision de
réussir est plus importante que n'importe quoi d'autre. – Abraham
Lincoln
- Le succès est une conséquence et non un but. – Gustave Flaubert
SOURCE:http://www.aedq.org/ressources/citations.php
mardi 8 novembre 2016
Le manque d'accès à l'eau pèse surtout sur les femmes et les filles
Le fait de devoir aller chercher de l'eau réduit considérablement le temps qu'elles peuvent passer avec leur famille et mettre à profit pour s'occuper de leurs enfants, effectuer des tâches ménagères ou même s'adonner à des loisirs. Pour les garçons comme pour les filles, la collecte de l'eau peut empiéter sur les études, les empêchant même parfois totalement d'aller à l'école.
La collecte de l'eau peut nuire à la santé de toute la famille, et notamment à celle des enfants. En l'absence d'accès à l'eau chez soi, même si l'eau provient d'une source sûre, le fait qu'elle soit transportée et stockée augmente le risque qu'elle soit contaminée par des matières fécales avant d'être bue.
Le risque de maladies diarrhéiques est lui-même accru en conséquence ; elles constituent la quatrième cause de mortalité chez l'enfant de moins de 5 ans et une cause majeure de malnutrition chronique ou de retard de croissance, un fléau qui touche 159 millions d'enfants à travers le monde. Chaque année, plus de 300 000 enfants de moins de 5 ans, soit plus de 800 par jour, meurent de maladies diarrhéiques dues à un mauvais assainissement, à une mauvaise hygiène ou à l'eau contaminée qu'ils boivent.
Extrait sonore Radio ONU : Interview: Evariste Kouassi Komlan, Conseiller principal eau et assainissement à l'UNICEF; propos recueillis par Florence Westergasource : http://www.mediaterre.org/international/actu,20160906084402.html
lundi 7 novembre 2016
Inscription à :
Articles (Atom)





















